Yeremiya 14:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kandi abantu babwirwa ubwo buhanuzi bazoshiburirwa mu mabarabara ya Yeruzalemu kubera inzara n’inkota, ntihagire uwubahamba+, bo hamwe n’abagore babo n’abahungu babo n’abakobwa babo. Nzobasukako ivyago bakwiriye+.” Yeremiya 16:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 “Bazokwicwa n’indwara zica+, ariko nta wuzobaririra canke ngo abahambe. Bazoba nk’intabire mu murima+. Bazomarwa n’inkota n’inzara+, kandi imivyimba yabo izoribwa n’inyoni zo mu kirere be n’ibikoko vyo kw’isi.”
16 Kandi abantu babwirwa ubwo buhanuzi bazoshiburirwa mu mabarabara ya Yeruzalemu kubera inzara n’inkota, ntihagire uwubahamba+, bo hamwe n’abagore babo n’abahungu babo n’abakobwa babo. Nzobasukako ivyago bakwiriye+.”
4 “Bazokwicwa n’indwara zica+, ariko nta wuzobaririra canke ngo abahambe. Bazoba nk’intabire mu murima+. Bazomarwa n’inkota n’inzara+, kandi imivyimba yabo izoribwa n’inyoni zo mu kirere be n’ibikoko vyo kw’isi.”