ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 74:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 74 Ewe Mana, kubera iki wadutaye ibihe vyose+?

      Kubera iki washavuriye cane ubusho bwo mu buragiro bwawe+?

  • Zaburi 85:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 None uzoguma udushavuriye ibihe vyose+?

      Uzogumana ishavu gushika ibihe bidahera*?

  • Yesaya 64:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Ewe Yehova, ntushavure birenze+,

      kandi ntiwibuke ikosa ryacu ibihe bidahera.

      Turakwinginze uturabe kuko twese turi abantu bawe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika