Yeremiya 10:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nusuke uburake bwawe ku mahanga akwirengagiza+no ku miryango itambaza izina ryawe. Kuko barokeje Yakobo+,emwe, baramurotsa ku buryo bahakwa kumuzimanganya+.Batumye igihugu ciwe gicika umusaka+.
25 Nusuke uburake bwawe ku mahanga akwirengagiza+no ku miryango itambaza izina ryawe. Kuko barokeje Yakobo+,emwe, baramurotsa ku buryo bahakwa kumuzimanganya+.Batumye igihugu ciwe gicika umusaka+.