ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Haheze igihe kirekire, umwami wa Misiri arapfa+ ariko Abisirayeli babandanya kuboroga no kurira kubera ibikorwa vy’abashumba. Ugutabaza kwabo kuguma kuduga ku Mana y’ukuri+.

  • Yesaya 42:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 «Jewe Yehova naguhamagaye mu bugororotsi,

      ndagufata ukuboko.

      Nzokuzigama, ndagutange ngo ubere abantu isezerano+,

      ube n’umuco w’amahanga+,

       7 kugira ngo uhumure amaso ahumye+,

      usohore mu gasho imbohe,

      usohore mw’ibohero abicaye mu mwiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika