Yeremiya 12:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ibi ni vyo Yehova avuze: «Ku bijanye n’ababanyi banje bose b’ababisha, bakora ku ntoranwa nahaye abantu banje b’Abisirayeli+, ngira ndabarandure mu gihugu cabo+, kandi nzorandura Ubuyuda muri bo.
14 Ibi ni vyo Yehova avuze: «Ku bijanye n’ababanyi banje bose b’ababisha, bakora ku ntoranwa nahaye abantu banje b’Abisirayeli+, ngira ndabarandure mu gihugu cabo+, kandi nzorandura Ubuyuda muri bo.