Kuvayo 4:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Uze ubwire Farawo uti: “Yehova avuze ati: ‘Isirayeli ni umuhungu wanje, imfura yanje+. Yesaya 49:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 None ubu Yehova, Umwe yambumba nkiri mu nda ngo mbe umusavyi wiwe,yambwiye ngo ngarukane Yakobo kuri we,kugira ngo Isirayeli ndayikoranirize kuri we+. Nzoninahazwa imbere ya Yehova,kandi Imana yanje izoba yacitse inkomezi zanje.
5 None ubu Yehova, Umwe yambumba nkiri mu nda ngo mbe umusavyi wiwe,yambwiye ngo ngarukane Yakobo kuri we,kugira ngo Isirayeli ndayikoranirize kuri we+. Nzoninahazwa imbere ya Yehova,kandi Imana yanje izoba yacitse inkomezi zanje.