ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 16:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Erega amaso ya Yehova anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe mu gufasha* abamwumirako n’umutima wabo wose*+. Ico kintu wakoze ni ic’ubupfu. Kuva ubu uzokwama uri mu ntambara+.»

  • Zaburi 33:13-15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Yehova aritegereza ari mw’ijuru,

      akabona abana b’abantu bose+.

      14 Yitegereza ababa kw’isi

      ari ahantu yibera.

      15 Ni we abumbabumba imitima y’abantu bose,

      agasuzuma ibikorwa vyabo vyose+.

  • Abaheburayo 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Vyongeye, umuntu adafise ukwizera ntashobora guhimbara Imana vy’ukuri, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho be n’uko ihemba abayironderana umwete+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika