ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Elisha aca atangura gusenga ati: «Ewe Yehova, ndakwinginze wugurure amaso yiwe kugira ngo abone+.» Yehova aca yugurura amaso ya nya musuku, maze abona akarere k’imisozi kose kuzuye amafarasi n’imikogote y’intambara vyaka umuriro+, bikikuje Elisha+.

  • Zaburi 34:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Umumarayika wa Yehova akikuje abatinya Imana+,

      kandi arabarokora+.

  • Matayo 18:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Murabe neza ntihagire n’umwe musuzugura muri aba batoyi. Ndababwiye ko abamarayika babo mw’ijuru baguma bitegereza mu maso ha Dawe ari mw’ijuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika