Zaburi 37:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Naho yotemba ntazoshika hasi+,kuko Yehova amufashe ukuboko*+. Matayo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 amubwira ati: «Nimba uri umwana w’Imana, ikororere hasi. Kuko vyanditswe ngo: “Azotegeka abamarayika biwe”, kandi “bazokurerura mu maboko yabo kugira ntutsitare kw’ibuye+.”» Luka 4:10, 11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kuko vyanditswe ngo: “Azotegeka abamarayika biwe kugira bakuzigame”, 11 kandi ngo: “Bazokurerura mu maboko yabo kugira ntutsitare kw’ibuye+.”»
6 amubwira ati: «Nimba uri umwana w’Imana, ikororere hasi. Kuko vyanditswe ngo: “Azotegeka abamarayika biwe”, kandi “bazokurerura mu maboko yabo kugira ntutsitare kw’ibuye+.”»
10 Kuko vyanditswe ngo: “Azotegeka abamarayika biwe kugira bakuzigame”, 11 kandi ngo: “Bazokurerura mu maboko yabo kugira ntutsitare kw’ibuye+.”»