Zaburi 55:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ariko wewe ga Mana, uzobaterera mu cobo kirekire cane+. Abantu b’abicanyi kandi b’ababeshi ntibazobaho n’igice c’imisi yabo+. Mugabo jewe nzokwizigira wewe. 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yehova* arazi rero kurokora mu kigeragezo abantu bamwihebera+, mugabo abatagororotse akababika ngo bazotikizwe* ku musi w’urubanza+,
23 Ariko wewe ga Mana, uzobaterera mu cobo kirekire cane+. Abantu b’abicanyi kandi b’ababeshi ntibazobaho n’igice c’imisi yabo+. Mugabo jewe nzokwizigira wewe.
9 Yehova* arazi rero kurokora mu kigeragezo abantu bamwihebera+, mugabo abatagororotse akababika ngo bazotikizwe* ku musi w’urubanza+,