1 Samweli 12:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yehova ntazobata mwebwe abantu biwe+ kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abiwe+. Zaburi 37:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Kuko Yehova akunda ubutungane,kandi ntazokwigera aheba abantu b’intahemuka+. ע [Ayini] Azokwama abarinda+,ariko uruvyaro rw’ababisha ruzorandurwa+. Abaheburayo 13:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mu buzima bwanyu ntimurangwe no gukunda amahera+, ahubwo mubumbwe n’ibintu mufise ubu+. Kuko Imana yavuze iti: «Sinzokwigera ndaguta, kandi sinzokwigera ndaguheba+.»
22 Yehova ntazobata mwebwe abantu biwe+ kubera izina ryiwe rihambaye+, kuko Yehova yiyemeje kubagira abiwe+.
28 Kuko Yehova akunda ubutungane,kandi ntazokwigera aheba abantu b’intahemuka+. ע [Ayini] Azokwama abarinda+,ariko uruvyaro rw’ababisha ruzorandurwa+.
5 Mu buzima bwanyu ntimurangwe no gukunda amahera+, ahubwo mubumbwe n’ibintu mufise ubu+. Kuko Imana yavuze iti: «Sinzokwigera ndaguta, kandi sinzokwigera ndaguheba+.»