Zaburi 124:2, 3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Iyaba Yehova atari kumwe natwe+,igihe abansi bacu badutera+, 3 baba baratumize tubona+,kuko bari barunguye n’ishavu+. 2 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yaradukijije ako kaga gakomeye k’urupfu, kandi izosubira kudukiza. Turizigiye kandi ko izobandanya kudukiza+.
2 «Iyaba Yehova atari kumwe natwe+,igihe abansi bacu badutera+, 3 baba baratumize tubona+,kuko bari barunguye n’ishavu+.
10 Yaradukijije ako kaga gakomeye k’urupfu, kandi izosubira kudukiza. Turizigiye kandi ko izobandanya kudukiza+.