-
1 Abakorinto 8:5, 6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Kuko naho hari ivyitwa imana, haba mw’ijuru canke kw’isi+, kandi koko hari «imana» nyinshi n’«abakama» benshi, 6 mu vy’ukuri kuri twebwe hari Imana imwe+ ari yo Data+. Ibintu vyose bikomoka kuri yo, kandi natwe turi abayo+. Hari Umukama umwe, Yezu Kristu. Ibintu vyose biriho biciye kuri we+, kandi natwe turiho biciye kuri we.
-