-
Itanguriro 2:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Nuko Imana ihezagira umusi ugira indwi, iwugira mweranda, kuko kuri uwo musi yatanguye kuruhuka igikorwa cayo c’irema, ibintu vyose yari yategekanije gukora.
-