Kuvayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ni imana iyihe imeze nkawe ga Yehova+? Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko uri mweranda bihebuje+? Wewe ukwiye gutinywa no gushemezwa, wewe ukora ibitangaza+. Zaburi 111:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ibikorwa vya Yehova birahambaye+.ד [Daleti]Abo bihimbara bose baravyiga+.
11 Ni imana iyihe imeze nkawe ga Yehova+? Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko uri mweranda bihebuje+? Wewe ukwiye gutinywa no gushemezwa, wewe ukora ibitangaza+.