Yesaya 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kandi Yehova Nyeningabo azoshirwa hejuru biciye ku rubanza azoca*.Imana y’ukuri, wa Mweranda+, izokwerekana ko ari nyeranda biciye ku bugororotsi+.
16 Kandi Yehova Nyeningabo azoshirwa hejuru biciye ku rubanza azoca*.Imana y’ukuri, wa Mweranda+, izokwerekana ko ari nyeranda biciye ku bugororotsi+.