ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Nzokwibuka isezerano nagiraniye na Yakobo+ n’iryo nagiraniye na Izahaki+. Nzokwibuka kandi isezerano nagiraniye na Aburahamu+, nongere nibuke n’igihugu.

  • Luka 1:54, 55
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 54 Yaje gutabara Isirayeli umusavyi wayo, kugira yerekane ko yama yibuka isezerano ryayo ryo kugirira imbabazi+ 55 Aburahamu n’uruvyaro* rwiwe, nk’uko yabisezeraniye ba sokuruza bacu+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika