ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 49:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Yambwiye ati: «Nturi umusavyi wanje gusa

      wo guhagurutsa imiryango ya Yakobo

      no kugarukana Abisirayeli bazigamwe.

      Nagutanze kandi ngo ubere umuco amahanga+,

      kugira ngo ubukiriro bwanje bushike ku mpera z’isi+.»

  • Ivyakozwe 28:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Nimumenye rero yuko ubu butumwa bw’ubukiriro buva ku Mana bwarungikiwe abo mu mahanga+, kandi ntibazobura kubwumviriza+.»

  • Abaroma 10:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ariko ndabaza nti: Mbega ntibumvise? Mu vy’ukuri, «intahe yavyo yarakwiragiye kw’isi yose. Ubutumwa bwavyo bwarashitse ku mpera y’isi+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika