Zaburi 17:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Warasuzumye umutima wanje, uranyihweza mw’ijoro+,urantyorora+.Uzobona ko ata mugambi mubi nigeze ngira,kandi sinzokwigera ncumura n’akanwa kanje. Zaburi 26:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ewe Yehova, nunsuzume kandi ungeze,utyorore ivyiyumviro vyanje* n’umutima wanje+.
3 Warasuzumye umutima wanje, uranyihweza mw’ijoro+,urantyorora+.Uzobona ko ata mugambi mubi nigeze ngira,kandi sinzokwigera ncumura n’akanwa kanje.