Nehemiya 2:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nishura umwami nti: «Umwami nahangame! Noreka gute kubabara kandi igisagara bahamvyemwo ba sogokuruza carasambuwe n’amarembo yaco agaturirwa+?» Zaburi 137:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ninakwibagira ga Yeruzalemu,ukuboko kwanje kw’ukuryo kuraca kuba impfagusa*+.
3 Nishura umwami nti: «Umwami nahangame! Noreka gute kubabara kandi igisagara bahamvyemwo ba sogokuruza carasambuwe n’amarembo yaco agaturirwa+?»