ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 73:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Ariko ubu namana nawe.

      Waramfashe ukuboko kw’ukuryo urangumya+.

  • Ivyakozwe 2:25-28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Kuko Dawidi avuga ku bimwerekeye ati: “Nama nshira imbere yanje* Yehova*, kuko ari iburyo bwanje ngo sinigere nyiganyizwa. 26 Ni co gituma umutima wanje wagize akamwemwe, n’ururimi rwanje ruranezerwa cane. Vyongeye, nzobaho* mfise icizigiro 27 kuko utazompebera mu kuzimu, canke ngo wemere ko intahemuka yawe ibora+. 28 Wamenyesheje inzira z’ubuzima. Uzotuma nuzura umunezero mwinshi imbere yawe*+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika