-
1 Petero 1:6, 7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Ivyo bituma munezerwa cane naho vyabaye ngombwa ko mushikirwa n’ibigeragezo bitandukanye akanya gato+, 7 kugira ngo ukwizera kwanyu kwagejejwe+ kuzotume mushimagizwa, muronke n’ubuninahazwa n’iteka Yezu Kristu niyahishurwa+. Ukwo kwizera gufise agaciro karuta ak’inzahabu kuko naho zigezwa* mu gucishwa mu muriro zihera.
-