ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Wagura inzira ncamwo,

      kugira ngo ibirenge* vyanje ntibinyerere+.

  • Zaburi 94:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Igihe navuga nti: «Ikirenge canje kiriko kiranyerera»,

      urukundo* rwawe, ewe Yehova, rwagumye runshigikira+.

  • Zaburi 119:133
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 133 Nuyobore neza* intambuko zanje wisunze ijambo ryawe.

      Ese hatogira ikibi na kimwe kinyizizira+!

  • Zaburi 121:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Ntazokwigera yemera ko ikirenge cawe kinyerera*+.

      Umwe agukingira ntazokwigera agoheka*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika