Gusubira mu vyagezwe 32:9, 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko abantu ba Yehova ari bo mugabane wiwe+,Yakobo ni we ntoranwa yiwe+. 10 Yamusanze ahantu h’ubugaragwa+,mu gahinga ka nyaganande karimwo amajwi ateye ubwoba+. Yaramukikuje, aramubungabunga+,aramukingira nk’imbone y’ijisho ryiwe+. Zakariya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kuko Yehova Nyeningabo amaze kuninahazwa*, yantumye ku mahanga yahora abanyaga+. Avuze ati: “Uwubakozeko aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.
9 Kuko abantu ba Yehova ari bo mugabane wiwe+,Yakobo ni we ntoranwa yiwe+. 10 Yamusanze ahantu h’ubugaragwa+,mu gahinga ka nyaganande karimwo amajwi ateye ubwoba+. Yaramukikuje, aramubungabunga+,aramukingira nk’imbone y’ijisho ryiwe+.
8 Kuko Yehova Nyeningabo amaze kuninahazwa*, yantumye ku mahanga yahora abanyaga+. Avuze ati: “Uwubakozeko aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.