1 Samweli 24:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ehe raba dawe, mfise agace k’epfo k’impuzu yawe itagira amaboko. Igihe nagacacura nari kukwica, ariko sinakwishe. Urabona neza rero ko ntipfuza kukugirira nabi canke kukugarariza. Kandi nta caha nagukoreye+ naho wewe uguma umpiga ngo unyice+. Zaburi 35:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ese abahiga ubuzima bwanje bomaramara bagateterwa+! Abarondera kunyica nibasubire inyuma bishwe n’ibimaramare.
11 Ehe raba dawe, mfise agace k’epfo k’impuzu yawe itagira amaboko. Igihe nagacacura nari kukwica, ariko sinakwishe. Urabona neza rero ko ntipfuza kukugirira nabi canke kukugarariza. Kandi nta caha nagukoreye+ naho wewe uguma umpiga ngo unyice+.
4 Ese abahiga ubuzima bwanje bomaramara bagateterwa+! Abarondera kunyica nibasubire inyuma bishwe n’ibimaramare.