-
Guharura 16:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Ubwo nyene baca bigira kure y’amahema ya Kora na Datani na Abiramu. Datani na Abiramu baca barasohoka, bahagarara ku bwinjiriro bw’amahema yabo bari kumwe n’abagore babo, abahungu babo n’abana babo batoyi.
-