ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 35:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ivyabona vy’ibinyoma biraza+

      bikambaza ibintu ntazi.

      12 Banyishura ikibi ku ciza+,

      bigatuma ngira intuntu nyinshi.

  • Zaburi 38:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Ariko abansi banje barakomeye* kandi bari n’ububasha.

      Abanyankira ubusa basigaye ari benshi.

      20 Nabakoreye ivyiza ariko banyishura ibibi.

      Bagumye bandwanya kubera nshaka gukora iciza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika