ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 3:28, 29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Aho Dawidi avyumviye, aca avuga ati: «Jewe n’abo ntwara Yehova ntaze yigere aduharurako amaraso+ ya Abuneri mwene Neri. 29 Ayo maraso aze agaruke ku gatwe ka Yowabu+ n’abo mu muryango wa se bose. Mu muryango wa Yowabu ntihaze higere habura umugabo arwaye indwara ituma ajojota mu bihimba vy’irondoka+, canke umunyamibembe+ canke umugabo akora ivyo guhinga inyuzi*, canke uwicwa n’inkota canke uwukenye ibifungurwa+.»

  • 2 Samweli 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ku ntwaro ya Dawidi haba inzara+ mu kiringo c’imyaka itatu ikurikirana. Dawidi asiguza rero Yehova, maze Yehova amubwira ati: «Sawuli n’umuryango wiwe barasheshe amaraso, bica Abanyagibeyoni+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika