Imigani 28:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ababisha barahunga ata wuriko arabirukana,ariko abagororotsi baratekanye nka kurya kw’intambwe+.