Zaburi 59:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ya Mana y’urukundo* izomfasha+.Imana izotuma nitegereza ugutemba kw’abansi banje+.