ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 15:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Mu gihugu hazokwamaho abakene+. Ni co gituma ndagutegetse nti: “Ukwiye gupfumbaturura cane ikiganza cawe, ugafasha mwenewanyu yigorewe kandi w’umukene ari mu gihugu cawe+.”

  • Imigani 11:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Hari uwutanga cane* ariko ivyiwe bikaruhira kugwira+,

      hakaba n’uwimana ariko akaruhira kuba umukene+.

  • Imigani 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Uwugiriye ubuntu umuntu mutoyi aba aguranye Yehova+,

      kandi azomuha impera* y’ivyo yakoze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika