-
Kuvayo 15:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Impemu zo mu mazuru yawe zatumye amazi arundana.
Yarahagaze nk’urugomero, atangira imipfunda y’ikiyaga.
Amazi asuriranya yarafatanye nk’ibarafu hagati mu kiyaga.
-