Yosuwa 4:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ico gihe Yehova Imana yanyu yarakamije amazi ya Yorodani imbere yabo gushika bahejeje kujabuka. Ukwo nyene ni ko Yehova Imana yanyu yabigize ku kiyaga Gitukura, igihe yagikamya imbere yacu gushika duhejeje kujabuka+.
23 Ico gihe Yehova Imana yanyu yarakamije amazi ya Yorodani imbere yabo gushika bahejeje kujabuka. Ukwo nyene ni ko Yehova Imana yanyu yabigize ku kiyaga Gitukura, igihe yagikamya imbere yacu gushika duhejeje kujabuka+.