Yesaya 48:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nzogira ico nkoze ku bwanje, emwe ku bwanje+.Mbega noreka ngo izina ryanje rihumanywe+? Nta wundi n’umwe mpa ubuninahazwa bwanje*. Yohani 12:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Data, ninahaza izina ryawe.» Ijwi+ rero rica riva mw’ijuru rivuga riti: «Nararininahaje kandi nzosubira kurininahaza+.»
11 Nzogira ico nkoze ku bwanje, emwe ku bwanje+.Mbega noreka ngo izina ryanje rihumanywe+? Nta wundi n’umwe mpa ubuninahazwa bwanje*.
28 Data, ninahaza izina ryawe.» Ijwi+ rero rica riva mw’ijuru rivuga riti: «Nararininahaje kandi nzosubira kurininahaza+.»