ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Maze Imana irabahezagira, ibabwira iti: «Nimurondoke, mugwire, mwuzure isi+ kandi muyiganze+. Nimuganze+ amafi yo mu kiyaga, ibikoko biguruka mu kirere n’ibikoko vyose bigendagenda kw’isi.»

  • Zaburi 37:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Abagororotsi bazokwigabira isi+,

      kandi bazoyibako ibihe bidahera+.

  • Yesaya 45:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Kuko Yehova, Umuremyi w’ijuru+, we Mana y’ukuri,

      we yabumvye isi akayirema* akayikomeza+, ntayiremere ubusa*

      mugabo akayirema ngo ibeko abantu+,

      avuze ati:

      «Ndi Yehova, kandi nta wundi ariho.

  • Ivyakozwe 17:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Ni yo yaremye* amahanga yose y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe kw’isi yose+. Vyongeye, yarashinze ibihe n’imbibe z’aho abantu bakwiye kuba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika