ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 56:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Kuko wandokoye ukankiza urupfu+,

      kandi ukarinda ibirenge vyanje gutsitara+

      kugira ngendere imbere y’Imana mu muco w’abazima+.

  • Zaburi 94:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Igihe navuga nti: «Ikirenge canje kiriko kiranyerera»,

      urukundo* rwawe, ewe Yehova, rwagumye runshigikira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika