Zaburi 54:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Raba! Imana ni yo mutabazi wanje+.Yehova ari kumwe n’abanshigikiye. Zaburi 118:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yehova ari ku ruhande rwanje, nta co nzotinya+. Mbega umuntu yongira iki+?