ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 7:27, 28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Yehova Imana ya ba sogokuruza bacu nashemezwe, we yatumye umwami agira icipfuzo co gushariza inzu ya Yehova iri i Yeruzalemu+. 28 Yanyeretse urukundo rudahera*, atuma umwami+ n’abajanama biwe+ n’abatware biwe bose bahambaye bangirira neza. Kubera ko Yehova Imana yanje yari kumwe nanje, naragize umutima rugabo* ndondera mu Bisirayeli abakuru* twodugana i Yeruzalemu.

  • Yesaya 11:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Kuri uwo musi, Yehova azokwerekana ububasha bwiwe* irigira kabiri, kugira afashe amasigarira y’abantu biwe. Azobagarukana abakuye i Ashuri+, mu Misiri+, i Patirosi+, i Kushi+, i Elamu+, i Shinari*, i Hamati no mu mazinga y’ikiyaga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika