2 Samweli 5:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Umwami Hiramu+ w’i Tiro arungika intumwa kwa Dawidi, amurungikira n’ibiti vy’amasederi+, ababaza ibiti hamwe n’abubakisha amabuye bo kwubaka impome. Maze batangura kwubakira Dawidi inzu*+.
11 Umwami Hiramu+ w’i Tiro arungika intumwa kwa Dawidi, amurungikira n’ibiti vy’amasederi+, ababaza ibiti hamwe n’abubakisha amabuye bo kwubaka impome. Maze batangura kwubakira Dawidi inzu*+.