ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 abwira umuhanuzi Natani+ ati: «Jewe mba mu nzu y’amasederi+, ariko isandugu y’Imana y’ukuri ikaba mw’ihema+.»

  • 1 Abami 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Dawe Dawidi yaripfuje cane kwubaka inzu yitirirwa izina rya Yehova Imana ya Isirayeli+.

  • 1 Ngoma 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Maze Dawidi akoraniriza Abisirayeli bose i Yeruzalemu kugira ngo baje kuzana isandugu ya Yehova, bayishire mu kibanza yari yayiteguriye+.

  • 1 Ngoma 15:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ababwira ati: «Muri abakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango w’Abalewi. Mwebwe na benewanyu nimwiyeze, muheze muje kuzana isandugu ya Yehova Imana ya Isirayeli, muyishire mu kibanza nayiteguriye.

  • Ivyakozwe 7:45, 46
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 45 Ba sogokuruza bacu bararihawe, maze bo hamwe na Yosuwa baryinjiza mu gihugu cahora ari ic’amahanga+ Imana yirukanye akabisa ba sogokuruza bacu+. Aho ni ho ryagumye gushika mu misi ya Dawidi. 46 Dawidi yarashimwe n’Imana hanyuma asaba guterwa iteka ryo kuronderera Imana ya Yakobo ahantu iba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika