1 Samweli 17:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Dawidi yari umuhungu wa Yese, umugabo yaba i Efurata+, ni ukuvuga i Betelehemu+ mu Buyuda. Yese+ yari afise abahungu umunani+ kandi ku ntwaro ya Sawuli yari amaze gusaza.
12 Dawidi yari umuhungu wa Yese, umugabo yaba i Efurata+, ni ukuvuga i Betelehemu+ mu Buyuda. Yese+ yari afise abahungu umunani+ kandi ku ntwaro ya Sawuli yari amaze gusaza.