1 Samweli 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Maze abantu b’i Kiriyati-Yeyarimu baraza badugana isandugu ya Yehova, bayinjiza mu nzu ya Abinadabu+ ku gasozi. Hanyuma beza umuhungu wiwe Eleyazari ngo arinde iyo sandugu ya Yehova. 1 Ngoma 13:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Maze Dawidi n’Abisirayeli bose baduga i Bayala+, ari ho Kiriyati-Yeyarimu mu Buyuda, kugira ngo batoreyo isandugu ya Yehova Imana y’ukuri, umwe yicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+. Imbere y’iyo sandugu ni ho abantu bambariza izina ryiwe.
7 Maze abantu b’i Kiriyati-Yeyarimu baraza badugana isandugu ya Yehova, bayinjiza mu nzu ya Abinadabu+ ku gasozi. Hanyuma beza umuhungu wiwe Eleyazari ngo arinde iyo sandugu ya Yehova.
6 Maze Dawidi n’Abisirayeli bose baduga i Bayala+, ari ho Kiriyati-Yeyarimu mu Buyuda, kugira ngo batoreyo isandugu ya Yehova Imana y’ukuri, umwe yicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+. Imbere y’iyo sandugu ni ho abantu bambariza izina ryiwe.