Guharura 10:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Igihe cose bahagurukanye isandugu y’isezerano, Musa yaca avuga ati: «Haguruka Yehova+, abansi bawe bashwiragire! Abakwanka nibahunge bave imbere yawe!» 2 Samweli 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Bazana rero ya sandugu ya Yehova, bayishira mu kibanza cayo mw’ihema Dawidi yari yayiteguriye+. Dawidi aca ashikanira imbere ya Yehova amashikanwa aturirwa+ n’ibimazi vyo gusangira+.
35 Igihe cose bahagurukanye isandugu y’isezerano, Musa yaca avuga ati: «Haguruka Yehova+, abansi bawe bashwiragire! Abakwanka nibahunge bave imbere yawe!»
17 Bazana rero ya sandugu ya Yehova, bayishira mu kibanza cayo mw’ihema Dawidi yari yayiteguriye+. Dawidi aca ashikanira imbere ya Yehova amashikanwa aturirwa+ n’ibimazi vyo gusangira+.