4 Mugabo Yehova Imana ya Abiyamu yaramuhaye itara i Yeruzalemu+ mu kumuha umuhungu aganza mu kibanza ciwe no mu kureka igisagara ca Yeruzalemu kikagumaho. Yabigize kubera Dawidi+,
7 Mugabo Yehova ntiyashaka guhonya umuryango* wa Dawidi, kubera isezerano yari yaragiranye na we+. Yari yamusezeraniye ko azomuha itara* we n’abahungu biwe ibihe vyose+.