Zaburi 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 avuge ati: «Ni jewe niyimikiye umwami wanje+kuri Siyoni+, umusozi wanje mweranda.» Zaburi 72:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abatwarwa biwe bazova* ku kiyaga gushika ku kindi,no kuva kuri rwa ruzi runini* gushika ku mpera z’isi+. Yesaya 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Kuko hari umwana yatuvukiye+,twaronse umuhungu.Ubutware* buzokwama ku rutugu rwiwe+. Azokwitwa Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho, Umutware w’amahoro. Ivyahishuwe 11:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Umumarayika w’indwi avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haca humvikana amajwi akomeye avuga ati: «Ubwami bw’isi bubaye Ubwami bw’Umukama wacu+ n’ubwa Kristu wiwe+, kandi azoganza gushika ibihe bidahera+.»
8 Abatwarwa biwe bazova* ku kiyaga gushika ku kindi,no kuva kuri rwa ruzi runini* gushika ku mpera z’isi+.
6 Kuko hari umwana yatuvukiye+,twaronse umuhungu.Ubutware* buzokwama ku rutugu rwiwe+. Azokwitwa Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho, Umutware w’amahoro.
15 Umumarayika w’indwi avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haca humvikana amajwi akomeye avuga ati: «Ubwami bw’isi bubaye Ubwami bw’Umukama wacu+ n’ubwa Kristu wiwe+, kandi azoganza gushika ibihe bidahera+.»