Ivyahishuwe 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hanyuma ijwi rivuye kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: «Nimushemeze Imana yacu, mwebwe mwese abashumba bayo+ muyitinya, abato n’abahambaye+.»
5 Hanyuma ijwi rivuye kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: «Nimushemeze Imana yacu, mwebwe mwese abashumba bayo+ muyitinya, abato n’abahambaye+.»