ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 9:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Abo bari abaririmvyi bakaba n’abakuru b’imiryango mikurumikuru y’Abalewi. Baba bari mu vyumba vy’urusengero*. Bari barakuweko ayandi mabanga kubera bategerezwa gukora igikorwa bashinzwe ku murango no mw’ijoro.

  • 1 Ngoma 23:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Hisunzwe amategeko ya nyuma Dawidi yatanze, baraharuye Abalewi bafise imyaka 20 kuduga.

  • 1 Ngoma 23:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Imisi yose mu gitondo no ku mugoroba+, basabwa kuba bahari kugira ngo bakengurukire Yehova bongere bamushemeze.

  • Luka 2:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 kandi yari umupfakazi w’imyaka 84. Ntiyigera asiba ku rusengero. Yama ahakorera igikorwa ceranda ijoro n’umurango, yisonzesha yongera atakambira Imana.

  • Ivyahishuwe 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ni co gituma bari imbere y’intebe y’ubwami y’Imana, kandi bayikorera igikorwa ceranda ijoro n’umurango mu rusengero rwayo. Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+ azosanza ihema ryiwe hejuru yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika