Zaburi 28:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Niwumve ugutakamba kwanje igihe ndagutabajendugije amaboko ndayerekeza aheranda cane h’urusengero rwawe+. Zaburi 141:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Isengesho ryanje niribe nk’imibavu+ iteguwe neza imbere yawe+,ugutakamba* kwanje kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.
2 Niwumve ugutakamba kwanje igihe ndagutabajendugije amaboko ndayerekeza aheranda cane h’urusengero rwawe+.
2 Isengesho ryanje niribe nk’imibavu+ iteguwe neza imbere yawe+,ugutakamba* kwanje kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.