Zaburi 119:68 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 68 Uri mwiza+ kandi n’ivyo ukora ni vyiza. Nunyigishe ingingo washinze+. Matayo 19:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Amwishura ati: «Kubera iki umbaza ivyerekeye iciza? Umwe gusa ni we ari mwiza+. Ariko nimba ushaka kuronka ubuzima, guma wubahiriza amabwirizwa+.»
17 Amwishura ati: «Kubera iki umbaza ivyerekeye iciza? Umwe gusa ni we ari mwiza+. Ariko nimba ushaka kuronka ubuzima, guma wubahiriza amabwirizwa+.»