Itanguriro 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Imana yongera kuvuga iti: «Nihabeho ibintu bitanga umuco*+ mu kirere kugira bitandukanye umurango n’ijoro+, kandi bizoba ibimenyetso vyerekana ibihe, imisi n’imyaka+.
14 Imana yongera kuvuga iti: «Nihabeho ibintu bitanga umuco*+ mu kirere kugira bitandukanye umurango n’ijoro+, kandi bizoba ibimenyetso vyerekana ibihe, imisi n’imyaka+.